Yesaya 7:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Azoza ng’aho n’imyampi n’umuheto+, kuko igihugu cose kizocika ibisaka vy’amahwa n’ivyatsi bibi. Yeremiya 4:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nararavye igihugu, nsanga kiragaragara kandi ari igiharabuga+; ndaba no mu majuru, nsanga umuco wayo ata wukiriho+.
23 Nararavye igihugu, nsanga kiragaragara kandi ari igiharabuga+; ndaba no mu majuru, nsanga umuco wayo ata wukiriho+.