Yesaya 59:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Harabaye ukugabitanya n’ukwihakana Yehova+; twarasubiye inyuma tuva ku Mana yacu, tuvuga ivy’agahahazo n’umugararizo+, turiyumvira twongera tuvugira mu ntamatama amajambo y’ikinyoma, bivuye mu mutima+. Yeremiya 17:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Aravumwe umuntu w’umugabo yizigira umuntu yakuwe mw’ivu+, akishimikiza koko ukuboko kwiwe kw’inyama+, umutima wiwe ukava kuri Yehova+.
13 Harabaye ukugabitanya n’ukwihakana Yehova+; twarasubiye inyuma tuva ku Mana yacu, tuvuga ivy’agahahazo n’umugararizo+, turiyumvira twongera tuvugira mu ntamatama amajambo y’ikinyoma, bivuye mu mutima+.
5 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Aravumwe umuntu w’umugabo yizigira umuntu yakuwe mw’ivu+, akishimikiza koko ukuboko kwiwe kw’inyama+, umutima wiwe ukava kuri Yehova+.