Imigani 11:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ibintu vy’agaciro nta co bizomara ku musi w’uburake+, mugabo ubugororotsi buzorokora umuntu mu rupfu+. Yeremiya 15:1 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nuko Yehova ambwira ati: “Naho Musa+ na Samweli+ boba bahagaze imbere yanje, umutima wanje ntiwoba kuri aba bantu+. Bokwirukanwa bakamva mu maso, bagasohoka+.
4 Ibintu vy’agaciro nta co bizomara ku musi w’uburake+, mugabo ubugororotsi buzorokora umuntu mu rupfu+.
15 Nuko Yehova ambwira ati: “Naho Musa+ na Samweli+ boba bahagaze imbere yanje, umutima wanje ntiwoba kuri aba bantu+. Bokwirukanwa bakamva mu maso, bagasohoka+.