1 Petero 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ikigeretseko, nimba mwambaza Data wa wundi aca urubanza ata nkunzi+ nk’uko igikorwa c’umwe wese kiri, nimugendane ugutinya+ mu gihe muri ba kavamahanga+. 2 Petero 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova arazi kurokora mu kigeragezo abantu bari n’ukwihebera Imana+, mugabo akamenya kubikira abakora ibitagororotse umusi w’urubanza ngo barandurwe+, Ivyahishuwe 20:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Maze ikiyaga kirekura abapfuye bo muri co, urupfu n’ukuzimu na vyo birekura abapfuye+ bo muri vyo, bacirwa imanza umwumwe nk’uko ibikorwa vyabo biri+.
17 Ikigeretseko, nimba mwambaza Data wa wundi aca urubanza ata nkunzi+ nk’uko igikorwa c’umwe wese kiri, nimugendane ugutinya+ mu gihe muri ba kavamahanga+.
9 Yehova arazi kurokora mu kigeragezo abantu bari n’ukwihebera Imana+, mugabo akamenya kubikira abakora ibitagororotse umusi w’urubanza ngo barandurwe+,
13 Maze ikiyaga kirekura abapfuye bo muri co, urupfu n’ukuzimu na vyo birekura abapfuye+ bo muri vyo, bacirwa imanza umwumwe nk’uko ibikorwa vyabo biri+.