Hoseya 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 kugira ngo sindamwambure agasigara ari gusa+, nkamugira koko nko ku musi yavukiyeko+, nkamugira koko nk’agahinga+, nkamugira nk’igihugu kigadutse+, nkamwicisha inyota+.
3 kugira ngo sindamwambure agasigara ari gusa+, nkamugira koko nko ku musi yavukiyeko+, nkamugira koko nk’agahinga+, nkamugira nk’igihugu kigadutse+, nkamwicisha inyota+.