Zaburi 147:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nta rindi hanga na rimwe yagiriye gutyo+;Nayo ingingo ziwe z’ubutungane, ntibazimenye+.Shemeze Ya+! Abaroma 9:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kuko ibwira Musa iti: “Nzogirira imbabazi uwo nshatse kugirira imbabazi, kandi nzogirira impuhwe uwo nshatse kugirira impuhwe+.”
20 Nta rindi hanga na rimwe yagiriye gutyo+;Nayo ingingo ziwe z’ubutungane, ntibazimenye+.Shemeze Ya+!
15 Kuko ibwira Musa iti: “Nzogirira imbabazi uwo nshatse kugirira imbabazi, kandi nzogirira impuhwe uwo nshatse kugirira impuhwe+.”