Gusubira mu vyagezwe 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi ni ihanga rikomeye irihe rifise ingingo nyobozi zigororotse n’ingingo z’ubutungane nk’iri tegeko ryose ndiko nshira imbere yanyu uno musi+? Nehemiya 9:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Wabahaye ubwami+ n’ibisata vy’abantu, ubigabanganya igipande ku kindi+; ku buryo bigarurira igihugu ca Sihoni+, egome, igihugu c’umwami wa Heshiboni+, n’igihugu ca Ogi+ umwami wa Bashani+.
8 Kandi ni ihanga rikomeye irihe rifise ingingo nyobozi zigororotse n’ingingo z’ubutungane nk’iri tegeko ryose ndiko nshira imbere yanyu uno musi+?
22 “Wabahaye ubwami+ n’ibisata vy’abantu, ubigabanganya igipande ku kindi+; ku buryo bigarurira igihugu ca Sihoni+, egome, igihugu c’umwami wa Heshiboni+, n’igihugu ca Ogi+ umwami wa Bashani+.