Yeremiya 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ubumaraya bwiwe bwatumwe n’uko adafatana ibintu uburemere, kandi yagumye ahumanya igihugu+ yongera asambana n’amabuye be n’ibiti+;
9 Ubumaraya bwiwe bwatumwe n’uko adafatana ibintu uburemere, kandi yagumye ahumanya igihugu+ yongera asambana n’amabuye be n’ibiti+;