Zaburi 39:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nagumye ndi nk’ikiragi+; sinashoboye gukurako umunwa+,Kuko wewe ubwawe wagize ico ukoze+. Abaroma 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ubu turazi yuko ibintu vyose Itegeko+ rivuga rivyerekeza ku bagabwa n’Itegeko, kugira ngo iminwa yose izibwe+, n’isi yose icike iyikwiriye+ igihano imbere y’Imana+.
19 Ubu turazi yuko ibintu vyose Itegeko+ rivuga rivyerekeza ku bagabwa n’Itegeko, kugira ngo iminwa yose izibwe+, n’isi yose icike iyikwiriye+ igihano imbere y’Imana+.