Gusubira mu vyagezwe 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “‘Ntugafate izina rya Yehova Imana yawe nk’aho ata co rimaze+, kuko Yehova atazoreka guhana umuntu wese afata izina ryiwe nk’aho ata co rimaze+. Yeremiya 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Naho bovuga bati: “Turahiye ukubaho kwa Yehova!”, boba bariko barahira babesha+.
11 “‘Ntugafate izina rya Yehova Imana yawe nk’aho ata co rimaze+, kuko Yehova atazoreka guhana umuntu wese afata izina ryiwe nk’aho ata co rimaze+.