ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 15:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Nzobatanga babe akajugumiza ku bwami bwose bwo mw’isi+ kubera Manase mwene Hezekiya, umwami wa Yuda, ku bw’ivyo yakoze i Yeruzalemu+.

  • Yeremiya 31:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 “Muri iyo misi, ntibazokwongera kuvuga ngo: ‘Ba se ni bo bariye inzabibu z’ibiturumbwe, mugabo amenyo y’abana ni yo yajiginyuwe+.’

  • Gucura intimba 5:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Ba sogokuruza bacu ni bo bacumuye+. Ntibakiriho. Ariko twebwe, twabwirijwe kwikorera amakosa yabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika