Itanguriro 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Uwo wese asesa amaraso y’umuntu, amaraso yiwe azoseswa+ n’umuntu, kuko Imana yaremye umuntu mw’ishusho yayo. Kuvayo 21:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Uwukubise umuntu agapfa koko, ntaze abure kwicwa+. Guharura 35:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ntimuze mwakire incungu yo gucungura umwicanyi akwiriye gupfa+, kuko akwiye kwicwa ata kabuza+.
6 Uwo wese asesa amaraso y’umuntu, amaraso yiwe azoseswa+ n’umuntu, kuko Imana yaremye umuntu mw’ishusho yayo.