Gusubira mu vyagezwe 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Ubu rero, ewe Isirayeli, umviriza ingingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane* ndiko ndabigisha ngo muzishitse, kugira ngo mubeho+, kandi koko mwinjire, mwigarurire igihugu Yehova Imana ya ba sogokuruza banyu agira abahe. Gusubira mu vyagezwe 5:1 Bibiliya y’isi nshasha 5 Hanyuma Musa ahamagara Isirayeli yose+, ababwira ati: “Niwumve, ewe Isirayeli, ingingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane+ ndiko mvugira mu matwi yanyu uno musi, kandi mutegerezwa kuziga no kuba maso mukazishitsa+.
4 “Ubu rero, ewe Isirayeli, umviriza ingingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane* ndiko ndabigisha ngo muzishitse, kugira ngo mubeho+, kandi koko mwinjire, mwigarurire igihugu Yehova Imana ya ba sogokuruza banyu agira abahe.
5 Hanyuma Musa ahamagara Isirayeli yose+, ababwira ati: “Niwumve, ewe Isirayeli, ingingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane+ ndiko mvugira mu matwi yanyu uno musi, kandi mutegerezwa kuziga no kuba maso mukazishitsa+.