Ezekiyeli 20:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nuko mbwira abana babo mu gahinga+, nti: ‘Ntimugendere mu ngingo nyobozi za ba sogokuruza banyu+, kandi ntimugumye imanza zabo+, kandi ntimwihumanishe ibigirwamana vyabo vy’umwanda+.
18 Nuko mbwira abana babo mu gahinga+, nti: ‘Ntimugendere mu ngingo nyobozi za ba sogokuruza banyu+, kandi ntimugumye imanza zabo+, kandi ntimwihumanishe ibigirwamana vyabo vy’umwanda+.