Zaburi 92:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kugira batangaze ko Yehova agororotse+.Ni we Gitandara canje+, atagiramwo ibitagororotse+. Imigani 19:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ubupfu bw’umuntu yakuwe mw’ivu ni bwo bugoramika inzira yiwe+, hanyuma umutima wiwe ugashangashirirwa Yehova+.
3 Ubupfu bw’umuntu yakuwe mw’ivu ni bwo bugoramika inzira yiwe+, hanyuma umutima wiwe ugashangashirirwa Yehova+.