Hoseya 12:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Nayo wewe, ubwirizwa kugaruka ku Mana yawe+, ukagumya ubuntu bwuzuye urukundo+ be n’ubutungane+; niwame witeze Imana yawe+. Yoweli 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nimutantamure imitima yanyu+, si impuzu zanyu+; nimugaruke kuri Yehova Imana yanyu, kuko ari umunyempuhwe n’umunyembabazi+, ateba gushavura+ kandi agwije ubuntu bwuzuye urukundo+, na we ntazobura kwicuza kuri ivyo vyago+. Matayo 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 ati: “Nimwigaye+, kuko ubwami bwo mw’ijuru bwegereje+.”
6 “Nayo wewe, ubwirizwa kugaruka ku Mana yawe+, ukagumya ubuntu bwuzuye urukundo+ be n’ubutungane+; niwame witeze Imana yawe+.
13 Nimutantamure imitima yanyu+, si impuzu zanyu+; nimugaruke kuri Yehova Imana yanyu, kuko ari umunyempuhwe n’umunyembabazi+, ateba gushavura+ kandi agwije ubuntu bwuzuye urukundo+, na we ntazobura kwicuza kuri ivyo vyago+.