2 Abami 23:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Yehowahazi+ yari afise imyaka mirongo ibiri n’itatu igihe yatangura kuganza, maze amara amezi atatu aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Hamutali+ umukobwa wa Yeremiya w’i Libuna. 2 Ngoma 36:1 Bibiliya y’isi nshasha 36 Maze abanyagihugu bafata Yehowahazi+ mwene Yosiya bamugira umwami mu kibanza ca se, i Yeruzalemu+.
31 Yehowahazi+ yari afise imyaka mirongo ibiri n’itatu igihe yatangura kuganza, maze amara amezi atatu aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Hamutali+ umukobwa wa Yeremiya w’i Libuna.
36 Maze abanyagihugu bafata Yehowahazi+ mwene Yosiya bamugira umwami mu kibanza ca se, i Yeruzalemu+.