Abacamanza 9:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nya mubambangwe uca ubwira nya biti uti: ‘Nimba vy’ukuri mugira mundobanuze amavuta ngo ndababere umwami, nimuze muronderere ubuhungiro mu gitutu canje+. Atari ukwo na ho, umuriro+ nuve mu mubambangwe, uyigize amasederi+ y’i Libani+.’ 2 Abami 24:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kuko ivyabaye i Yeruzalemu no muri Yuda vyabaye kubera ishavu+ rya Yehova, gushika abataye bakamuva mu maso+. Nuko Zedekiya atangura kugarariza umwami wa Babiloni+.
15 Nya mubambangwe uca ubwira nya biti uti: ‘Nimba vy’ukuri mugira mundobanuze amavuta ngo ndababere umwami, nimuze muronderere ubuhungiro mu gitutu canje+. Atari ukwo na ho, umuriro+ nuve mu mubambangwe, uyigize amasederi+ y’i Libani+.’
20 Kuko ivyabaye i Yeruzalemu no muri Yuda vyabaye kubera ishavu+ rya Yehova, gushika abataye bakamuva mu maso+. Nuko Zedekiya atangura kugarariza umwami wa Babiloni+.