Nehemiya 9:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 umwimbu waco na wo ukaba uriko ugwira+ ku bw’abami+ washize kuri twebwe kubera ibicumuro vyacu+; bariko baganza imibiri yacu n’ibitungwa vyacu uko bagomba, kandi turi mu marushwa akomeye+. Ezekiyeli 17:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Yasuzuguye indahiro+ mu kurenga isezerano, kandi raba: yari yatanze ukuboko+, none yakoze ivyo bintu vyose. Ntazogenda acitse kw’icumu+.”’ Ezekiyeli 21:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ambura igitambara co mu mutwe, ukure urugori+. Ivyo ntibizoba cokimwe+. Shira hejuru ikiri hasi+, ushire hasi uwuri hejuru+.
37 umwimbu waco na wo ukaba uriko ugwira+ ku bw’abami+ washize kuri twebwe kubera ibicumuro vyacu+; bariko baganza imibiri yacu n’ibitungwa vyacu uko bagomba, kandi turi mu marushwa akomeye+.
18 Yasuzuguye indahiro+ mu kurenga isezerano, kandi raba: yari yatanze ukuboko+, none yakoze ivyo bintu vyose. Ntazogenda acitse kw’icumu+.”’
26 ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ambura igitambara co mu mutwe, ukure urugori+. Ivyo ntibizoba cokimwe+. Shira hejuru ikiri hasi+, ushire hasi uwuri hejuru+.