Kuvayo 6:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi ata kabuza nzobazana mu gihugu nataritse ukuboko ndahira+ ko nzoha Aburahamu, Izahaki na Yakobo; kandi nzokibaha koko mucigabire+. Ndi Yehova+.’” Gusubira mu vyagezwe 32:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Kuko ntarika ukuboko kwanje mw’ijuru ndahira+,Nkavuga koko nti: “Ndahiye ukubaho kwanje kw’ibihe bidahera+,” Ezekiyeli 47:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi muzohatorana koko, umwe wese anganye na mwene wabo, kikaba ari igihugu nadugije ukuboko nkarahira+ ko nzogiha ba sogokuruza banyu+; kandi ico gihugu kizobegukira koko bwa ntoranwa biciye ku bupfindo+.
8 Kandi ata kabuza nzobazana mu gihugu nataritse ukuboko ndahira+ ko nzoha Aburahamu, Izahaki na Yakobo; kandi nzokibaha koko mucigabire+. Ndi Yehova+.’”
40 Kuko ntarika ukuboko kwanje mw’ijuru ndahira+,Nkavuga koko nti: “Ndahiye ukubaho kwanje kw’ibihe bidahera+,”
14 Kandi muzohatorana koko, umwe wese anganye na mwene wabo, kikaba ari igihugu nadugije ukuboko nkarahira+ ko nzogiha ba sogokuruza banyu+; kandi ico gihugu kizobegukira koko bwa ntoranwa biciye ku bupfindo+.