Kuvayo 13:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kandi igihe Farawo yarekura abantu, Imana ntiyabacanye mu nzira y’igihugu c’Abafilisitiya ngo ni uko hari hafi, kuko Imana yavuga iti: “Abantu bohava bicuza babonye intambara, bagaca basubira mu Misiri+.” Kuvayo 15:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mu nyuma Musa akura Isirayeli ku kiyaga Gitukura maze barasohoka baja mu gahinga ka Shuri+, bagendagenda imisi itatu mu gahinga, mugabo ntibaronka amazi+.
17 Kandi igihe Farawo yarekura abantu, Imana ntiyabacanye mu nzira y’igihugu c’Abafilisitiya ngo ni uko hari hafi, kuko Imana yavuga iti: “Abantu bohava bicuza babonye intambara, bagaca basubira mu Misiri+.”
22 Mu nyuma Musa akura Isirayeli ku kiyaga Gitukura maze barasohoka baja mu gahinga ka Shuri+, bagendagenda imisi itatu mu gahinga, mugabo ntibaronka amazi+.