Gusubira mu vyagezwe 28:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 “Yehova azoguhagurukiriza ihanga rya kure+, rivuye ku mpera y’isi, nka kurya inkona ishunguruka kunyahura ikintu+, ihanga rivuga ururimi utumva+, 2 Abami 24:1 Bibiliya y’isi nshasha 24 Mu misi ya Yehoyakimu, Nebukadinezari+ umwami wa Babiloni aduga gutera igihugu; Yehoyakimu rero amara imyaka itatu ari umusuku wiwe+. Ariko aramuhinduka, aramugarariza. 2 Ngoma 36:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nebukadinezari+ umwami wa Babiloni aduga kumutera+ kugira ngo amuboheshe amapingu abiri y’umujumpu ngo amutware i Babiloni+.
49 “Yehova azoguhagurukiriza ihanga rya kure+, rivuye ku mpera y’isi, nka kurya inkona ishunguruka kunyahura ikintu+, ihanga rivuga ururimi utumva+,
24 Mu misi ya Yehoyakimu, Nebukadinezari+ umwami wa Babiloni aduga gutera igihugu; Yehoyakimu rero amara imyaka itatu ari umusuku wiwe+. Ariko aramuhinduka, aramugarariza.
6 Nebukadinezari+ umwami wa Babiloni aduga kumutera+ kugira ngo amuboheshe amapingu abiri y’umujumpu ngo amutware i Babiloni+.