Esiteri 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Nuko mu misi ya Ahasuwerusi, ni ukuvuga umwe Ahasuwerusi+ yaganza kuva mu Buhindi gushika muri Etiyopiya, akaganza intara z’ubutware ijana na mirongo ibiri n’indwi+, Daniyeli 2:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Nuko umwami agira Daniyeli uwuhambaye+, amuha ingabirano zihambaye nyinshi, yongera amugira umutware w’intara y’ubutware yose ya Babiloni+, n’umutware mukuru aganza inkerebutsi zose za Babiloni.
1 Nuko mu misi ya Ahasuwerusi, ni ukuvuga umwe Ahasuwerusi+ yaganza kuva mu Buhindi gushika muri Etiyopiya, akaganza intara z’ubutware ijana na mirongo ibiri n’indwi+,
48 Nuko umwami agira Daniyeli uwuhambaye+, amuha ingabirano zihambaye nyinshi, yongera amugira umutware w’intara y’ubutware yose ya Babiloni+, n’umutware mukuru aganza inkerebutsi zose za Babiloni.