ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 3:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Wewe ubwawe mwami, ni we washinze ibwirizwa ry’uko umuntu wese yumva ijwi ry’inzamba, n’umwironge, n’inanga, n’inanga y’inyabutatu, n’igicurarangisho c’imirya, n’umwironge w’isaho be n’ubwoko bwose bw’ibicurarangisho+, abwirizwa kwikubita hasi agasenga ca gishusho c’inzahabu,

  • Daniyeli 3:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Ubu rero, nimba mwiteguye kugira ngo nimwumva ijwi ry’inzamba, n’umwironge, n’inanga, n’inanga y’inyabutatu, n’igicurarangisho c’imirya, n’umwironge w’isaho be n’ubwoko bwose bw’ibicurarangisho+, muce mwikubita hasi musenge igishusho nahinguye, ni vyiza. Ariko nimutasenga, ako kanya nyene muca mutererwa mw’itanure ry’umuriro ururumba. Mbega iyo mana yobarokora mu maboko yanje ni iyihe+?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika