ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nehemiya 2:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Maze mbwira umwami nti: “Umwami nabeho gushika igihe kitagira urugero*+! Nobura nte kwijirwa mu maso kandi igisagara+, inzu y’imva za ba sogokuruza banje+, ari umusaka, n’amarembo yaco yararigaswe n’umuriro+?”

  • Daniyeli 2:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Abakaludaya baca babwira umwami mu rurimi rw’igiharameya+ bati: “Ewe mwami, urakaramba ibihe bitagira urugero*+! Bwira abasavyi bawe iyo ndoto iyo ari yo, duheze twerekane insobanuro+.”

  • Daniyeli 5:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Umwamikazi na we, kubera amajambo y’umwami n’abakomakomeye biwe, aca yinjira marimari no muri nya kibanza c’inzimano. Umwamikazi avuga ati: “Ewe mwami, uragahoraho mbere gushika ibihe bitagira urugero+. Ivyiyumviro vyawe ntibigutere ubwoba, canke ngo mu maso hawe hahinduke.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika