Matayo 10:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Mugabo n’imishatsi yo ku mutwe wanyu iraharuye yose+. Luka 21:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Yamara nta n’agashatsi+ ko ku mitwe yanyu kazogenda kavuyeko. Ivyakozwe 27:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Ndabaremesheje rero gutamira udufungurwa, kuko ari ku bw’umutekano wanyu; kuko ata n’agashatsi+ ko ku mutwe w’umwe muri mwebwe kazovako.”
34 Ndabaremesheje rero gutamira udufungurwa, kuko ari ku bw’umutekano wanyu; kuko ata n’agashatsi+ ko ku mutwe w’umwe muri mwebwe kazovako.”