Matayo 13:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 nkako, ni ko kabuto kanzwinya kuruta imbuto zose, mugabo iyo gakuze kaba igiterwa c’imboga kinini kuruta ibindi vyose hanyuma kagacika igiti, ku buryo inyoni zo mu kirere+ ziza zikibera mu mashami yaco+.”
32 nkako, ni ko kabuto kanzwinya kuruta imbuto zose, mugabo iyo gakuze kaba igiterwa c’imboga kinini kuruta ibindi vyose hanyuma kagacika igiti, ku buryo inyoni zo mu kirere+ ziza zikibera mu mashami yaco+.”