ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 2:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Uwushira hejuru umuntu mutoyi amukuye mu mukungugu+;

      Aduza umworo amukuye mu kinogo c’umunyota+,

      Kugira abicarike hamwe n’abanyacubahiro; abaha intebe y’ubwami y’ubuninahazwa+ ngo bayigabire+.

      Kuko ibishigikiye isi+ ari ivya Yehova,

      Kandi abishirako ubutaka bwimbuka.

  • Ezekiyeli 17:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Kandi ibiti vyose vyo mu gahinga bizobwirizwa kumenya yuko jewe Yehova+ nashize hasi igiti kirekire+, ngashira hejuru igiti kigufi+, nkumisha igiti kikiri kibisi+, ngatuma igiti cumye gishurika. Jewe Yehova narabivuze kandi ndabikora+.”’”

  • Zakariya 9:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 “Nezerwa cane, wa mukobwa wa Siyoni+! Niwihe akaruru k’intsinzi+, wa mukobwa wa Yeruzalemu! Raba! Umwami wawe+ araje kuri wewe+. Aragororotse kandi ni nyen’intsinzi+; aricisha bugufi+, kandi agendera ku ndogobwa, egome, ku gitungwa gikuze kivuka ku ndogobwa y’ingore+.

  • Matayo 11:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Mwishireko ingǒgo*+ yanje munyigireko+, kuko nitonda+ kandi niyoroheje mu mutima, namwe muzokwumva muruhuriwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika