Daniyeli 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Maze umwami abwira Ashipenazi umukozi wiwe mukuru wo ku kirimba+ ngo azane bamwe muri bene Isirayeli n’abo mu nda y’ingoma be n’abo mu banyacubahiro+,
3 Maze umwami abwira Ashipenazi umukozi wiwe mukuru wo ku kirimba+ ngo azane bamwe muri bene Isirayeli n’abo mu nda y’ingoma be n’abo mu banyacubahiro+,