Yesaya 14:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nayo wewe, wavuze mu mutima wawe ngo: ‘Nzoduga nshike mw’ijuru+. Nzoduza intebe yanje y’ubwami+ hejuru y’inyenyeri+ z’Imana, kandi nzovyagira ku musozi w’ihuriro+, mu mihingo y’uburaruko iri kure kuruta iyindi+. Yesaya 14:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nzoduga hejuru y’ibibanza bikirurutse* vyo mu bicu+; nzokwigira uwusa na Musumbavyose+.’
13 Nayo wewe, wavuze mu mutima wawe ngo: ‘Nzoduga nshike mw’ijuru+. Nzoduza intebe yanje y’ubwami+ hejuru y’inyenyeri+ z’Imana, kandi nzovyagira ku musozi w’ihuriro+, mu mihingo y’uburaruko iri kure kuruta iyindi+.