Zaburi 11:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yehova ari mu rusengero rwiwe rweranda+.Yehova—mu majuru ni ho intebe yiwe y’ubwami iri+.Amaso yiwe aritegereza, amaso aca ibibatsi yiwe arasuzuma+ abana b’abantu. Yesaya 66:1 Bibiliya y’isi nshasha 66 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Amajuru ni yo ntebe yanje y’ubwami+, isi na yo ni intebe y’ibirenge vyanje+. None inzu mushobora kunyubakira iri hehe+, kandi none ikibanza combera aho kuruhukira kiri hehe+?”
4 Yehova ari mu rusengero rwiwe rweranda+.Yehova—mu majuru ni ho intebe yiwe y’ubwami iri+.Amaso yiwe aritegereza, amaso aca ibibatsi yiwe arasuzuma+ abana b’abantu.
66 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Amajuru ni yo ntebe yanje y’ubwami+, isi na yo ni intebe y’ibirenge vyanje+. None inzu mushobora kunyubakira iri hehe+, kandi none ikibanza combera aho kuruhukira kiri hehe+?”