Zaburi 10:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Yehova ni Umwami gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+.Amahanga yayogeye mw’isi yiwe+. Daniyeli 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ese ukuntu ibimenyetso vyayo bihambaye, kandi ese ukuntu ibitangaza vyayo ari ibikomeye+! Ubwami bwayo ni ubwami bwo gushika igihe kitagira urugero+, kandi ubutware bwayo ni ubw’iyaruka ku rindi+. Mika 4:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Uwacumbagira nzomugira amasigarira+, n’uwari yarirukaniwe kure ndamugire ihanga rikomeye+; kandi Yehova azobaganza ku musozi Siyoni, guhera ubu gushika igihe kitagira urugero+.
16 Yehova ni Umwami gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+.Amahanga yayogeye mw’isi yiwe+.
3 Ese ukuntu ibimenyetso vyayo bihambaye, kandi ese ukuntu ibitangaza vyayo ari ibikomeye+! Ubwami bwayo ni ubwami bwo gushika igihe kitagira urugero+, kandi ubutware bwayo ni ubw’iyaruka ku rindi+.
7 Uwacumbagira nzomugira amasigarira+, n’uwari yarirukaniwe kure ndamugire ihanga rikomeye+; kandi Yehova azobaganza ku musozi Siyoni, guhera ubu gushika igihe kitagira urugero+.