Zaburi 39:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Raba! Imisi yanje wayigize imparurwa+;Ikiringo ubuzima bwanje bumara ni nk’ubusa imbere yawe+.Ni ukuri, umuntu wese yakuwe mw’ivu naho ahagarara ashikamye, nta kindi ari atari impemu zisohotse+. Sela. Yesaya 40:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Raba! Amahanga ni nk’ima ryo mu ndobo; kandi afatwa nk’agakungugu gafashe ku munzane+. Raba! Aterura amazinga+ ubwayo nk’umukungugu unoze.
5 Raba! Imisi yanje wayigize imparurwa+;Ikiringo ubuzima bwanje bumara ni nk’ubusa imbere yawe+.Ni ukuri, umuntu wese yakuwe mw’ivu naho ahagarara ashikamye, nta kindi ari atari impemu zisohotse+. Sela.
15 Raba! Amahanga ni nk’ima ryo mu ndobo; kandi afatwa nk’agakungugu gafashe ku munzane+. Raba! Aterura amazinga+ ubwayo nk’umukungugu unoze.