Daniyeli 2:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Nuko umwami agira Daniyeli uwuhambaye+, amuha ingabirano zihambaye nyinshi, yongera amugira umutware w’intara y’ubutware yose ya Babiloni+, n’umutware mukuru aganza inkerebutsi zose za Babiloni. Daniyeli 4:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “‘Ewe Beluteshazari umukuru w’abaherezi b’abanyamageza+, kubera ko jewe nzi neza yuko impwemu ya za mana nyeranda iri muri wewe+ be n’uko ata banga na rimwe rigutesha umutwe+, mbwira ivyo neretswe mu ndoto nabonye be n’insobanuro yayo+.
48 Nuko umwami agira Daniyeli uwuhambaye+, amuha ingabirano zihambaye nyinshi, yongera amugira umutware w’intara y’ubutware yose ya Babiloni+, n’umutware mukuru aganza inkerebutsi zose za Babiloni.
9 “‘Ewe Beluteshazari umukuru w’abaherezi b’abanyamageza+, kubera ko jewe nzi neza yuko impwemu ya za mana nyeranda iri muri wewe+ be n’uko ata banga na rimwe rigutesha umutwe+, mbwira ivyo neretswe mu ndoto nabonye be n’insobanuro yayo+.