Imigani 16:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Uwishima mu mutima wese ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+. Ukuboko kwokwiyunga ku kundi, yamara umuntu ntazobura guhanwa+. Yesaya 14:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nayo wewe, wavuze mu mutima wawe ngo: ‘Nzoduga nshike mw’ijuru+. Nzoduza intebe yanje y’ubwami+ hejuru y’inyenyeri+ z’Imana, kandi nzovyagira ku musozi w’ihuriro+, mu mihingo y’uburaruko iri kure kuruta iyindi+. Daniyeli 4:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Umwami avuga+ ati: “Mbega iyi si Babiloni Ikomeye, iyo ubwanje nubakiye inzu ya cami nkoresheje inkomezi z’ubushobozi bwanje+, nkayubakira kandi iteka ry’ubukuru bwanje+?” Mika 6:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yaraguhishuriye iciza ico ari co+, ewe muntu yakuwe mw’ivu! None hari ikindi Yehova agusaba atari ugukurikiza ubutungane+ no gukunda ubuntu+ no kugendana n’Imana yawe+ wifashe ruto+?
5 Uwishima mu mutima wese ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+. Ukuboko kwokwiyunga ku kundi, yamara umuntu ntazobura guhanwa+.
13 Nayo wewe, wavuze mu mutima wawe ngo: ‘Nzoduga nshike mw’ijuru+. Nzoduza intebe yanje y’ubwami+ hejuru y’inyenyeri+ z’Imana, kandi nzovyagira ku musozi w’ihuriro+, mu mihingo y’uburaruko iri kure kuruta iyindi+.
30 Umwami avuga+ ati: “Mbega iyi si Babiloni Ikomeye, iyo ubwanje nubakiye inzu ya cami nkoresheje inkomezi z’ubushobozi bwanje+, nkayubakira kandi iteka ry’ubukuru bwanje+?”
8 Yaraguhishuriye iciza ico ari co+, ewe muntu yakuwe mw’ivu! None hari ikindi Yehova agusaba atari ugukurikiza ubutungane+ no gukunda ubuntu+ no kugendana n’Imana yawe+ wifashe ruto+?