Abafilipi 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 kugira ngo mube abatagirako umugayo+ n’intungane, abana+ b’Imana batagirako ikirabagu mw’iyaruka rihetaraye kandi rigoramanze+ mukayanganamwo nk’amatara mw’isi+, 1 Petero 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mugumane ingeso nziza mu mahanga+, kugira ngo mu kintu babavugamwo nabi nk’inkozi z’ibibi, bivuye ku bikorwa vyanyu vyiza+ bibonera, baninahaze Imana ku musi w’igendura ryayo+.
15 kugira ngo mube abatagirako umugayo+ n’intungane, abana+ b’Imana batagirako ikirabagu mw’iyaruka rihetaraye kandi rigoramanze+ mukayanganamwo nk’amatara mw’isi+,
12 Mugumane ingeso nziza mu mahanga+, kugira ngo mu kintu babavugamwo nabi nk’inkozi z’ibibi, bivuye ku bikorwa vyanyu vyiza+ bibonera, baninahaze Imana ku musi w’igendura ryayo+.