Zaburi 37:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Ubukiriro bw’abagororotsi buva kuri Yehova+;Ni we ababera iboma mu gihe c’amarushwa+. Zaburi 91:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ko yanyiyumvisemwo+,Nanje rero nzomukiza+.Nzomukingira kuko yamenye izina ryanje+. Zaburi 118:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nambaje Ya ndi mu marushwa+;Ya yarishuye, anshira ahantu hagutse+. Yesaya 41:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ntutinye, kuko ndi kumwe nawe+. Ntiweraguze, kuko ndi Imana yawe+. Nzogukomeza+. Nzogufasha vy’ukuri+. Emwe, nzogufata nkugumye n’ukuryo kwanje+ kw’ubugororotsi+.’ Yesaya 43:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Niwaca mu mazi+, nzobana nawe+; mu nzuzi na ho, ntizizokurengera+. Niwaca mu muriro, ntuzobabuka, eka n’urubeya ntiruzoguturira+. 2 Abakorinto 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ico kintu gihambaye nk’urupfu ni co yadukijije kandi ni co izodukiza+; kandi turizigiye ko izonabandanya kudukiza+.
10 Ntutinye, kuko ndi kumwe nawe+. Ntiweraguze, kuko ndi Imana yawe+. Nzogukomeza+. Nzogufasha vy’ukuri+. Emwe, nzogufata nkugumye n’ukuryo kwanje+ kw’ubugororotsi+.’
2 Niwaca mu mazi+, nzobana nawe+; mu nzuzi na ho, ntizizokurengera+. Niwaca mu muriro, ntuzobabuka, eka n’urubeya ntiruzoguturira+.
10 Ico kintu gihambaye nk’urupfu ni co yadukijije kandi ni co izodukiza+; kandi turizigiye ko izonabandanya kudukiza+.