Itanguriro 18:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Hari ikidashoboka kuri Yehova+? Ku gihe cashinzwe nzogaruka kuri wewe, mu mwaka uza nk’aya mango, kandi Sara azoronka umuhungu.” Matayo 19:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Yezu abaraba mu maso, ababwira ati: “Ku bantu ivyo ntibishoboka, mugabo ku Mana vyose birashoboka+.” Luka 1:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 kuko ku Mana ata jambo na rimwe riba akadashoboka+.”
14 Hari ikidashoboka kuri Yehova+? Ku gihe cashinzwe nzogaruka kuri wewe, mu mwaka uza nk’aya mango, kandi Sara azoronka umuhungu.”
26 Yezu abaraba mu maso, ababwira ati: “Ku bantu ivyo ntibishoboka, mugabo ku Mana vyose birashoboka+.”