Daniyeli 1:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ku kintu cose kijanye n’ubukerebutsi be n’ugutegera+ umwami yabasiguza, yasanga mbere baruta incuro cumi abaherezi b’abanyamageza bose+ be n’abahamagara imizimu+ bari mu karere kose aganza.
20 Ku kintu cose kijanye n’ubukerebutsi be n’ugutegera+ umwami yabasiguza, yasanga mbere baruta incuro cumi abaherezi b’abanyamageza bose+ be n’abahamagara imizimu+ bari mu karere kose aganza.