19 “Nca nipfuza kumenya neza ivyerekeye ca gikoko kigira kane, kimwe cari gitandukanye n’ibindi vyose, giteye ubwoba bimwe bidasanzwe, kikagira amenyo y’icuma n’ivyara vy’umujumpu, kimwe carotsa kandi kikajanjagura, ibisigaye kikabihonyangisha ibirenge vyaco+;