Daniyeli 2:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ewe Mana ya ba sogokuruza, ni wewe nshemeza ngakeza+, kuko wampaye ubukerebutsi+ n’ubushobozi. None ubu umenyesheje ivyo twagusavye, kuko utumenyesheje ico kintu c’umwami+.” Daniyeli 2:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ariko mu majuru hariho Imana ihishura amabanga+, kandi yamenyesheje Umwami Nebukadinezari ibibwirizwa kuba mu kiringo ca nyuma c’imisi+. Indoto yawe be n’ivyo weretswe mu mutwe wawe uri ku gitanda cawe, ng’ibi: Daniyeli 2:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Umwami abwira Daniyeli ati: “Ni ukuri, Imana yanyu ni Imana iruta izindi mana*+, n’Umukama w’abami+ ikaba n’Umuhishuzi w’amabanga, kuko washoboye guhishura iryo banga+.”
23 Ewe Mana ya ba sogokuruza, ni wewe nshemeza ngakeza+, kuko wampaye ubukerebutsi+ n’ubushobozi. None ubu umenyesheje ivyo twagusavye, kuko utumenyesheje ico kintu c’umwami+.”
28 Ariko mu majuru hariho Imana ihishura amabanga+, kandi yamenyesheje Umwami Nebukadinezari ibibwirizwa kuba mu kiringo ca nyuma c’imisi+. Indoto yawe be n’ivyo weretswe mu mutwe wawe uri ku gitanda cawe, ng’ibi:
47 Umwami abwira Daniyeli ati: “Ni ukuri, Imana yanyu ni Imana iruta izindi mana*+, n’Umukama w’abami+ ikaba n’Umuhishuzi w’amabanga, kuko washoboye guhishura iryo banga+.”