Gusubira mu vyagezwe 7:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi urazi neza yuko Yehova Imana yawe ari we Mana y’ukuri+, Imana y’inyizigirwa+, agumya isezerano+ be n’ubuntu bwuzuye urukundo ku bijanye n’abamukunda be n’abagumya amabwirizwa yiwe gushika ku mayaruka igihumbi+,
9 Kandi urazi neza yuko Yehova Imana yawe ari we Mana y’ukuri+, Imana y’inyizigirwa+, agumya isezerano+ be n’ubuntu bwuzuye urukundo ku bijanye n’abamukunda be n’abagumya amabwirizwa yiwe gushika ku mayaruka igihumbi+,