1 Abami 8:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 kugira ngo ugumize amaso yawe+ kuri iyi nzu ijoro n’umurango, aha hantu wavuze ku biherekeye uti: ‘Izina ryanje rizoba ng’aho+,’ kugira wumvirize isengesho umusavyi wawe atura yerekeje aha hantu+. Zaburi 17:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Jewe ndakwambaza, kuko uzonyishura, Mana+!Ntega ugutwi. Niwumve ijambo ryanje+.
29 kugira ngo ugumize amaso yawe+ kuri iyi nzu ijoro n’umurango, aha hantu wavuze ku biherekeye uti: ‘Izina ryanje rizoba ng’aho+,’ kugira wumvirize isengesho umusavyi wawe atura yerekeje aha hantu+.