Yeremiya 7:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 hanyuma mukaza mugahagarara imbere yanje muri iyi nzu yitirirwa izina ryanje+, mukavuga muti: ‘Ntituzobura kurokorwa,’ kandi mukora ivyo bintu vyose biteye ishishi? Yeremiya 25:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Kuko, ehe igisagara citirirwa izina ryanje ni co mpereyeko guteza ivyago+, none mwebwe mwogenda mudahanywe+?”’ “‘Ntimuzogenda mudahanywe, kuko mpamagariye inkota ababa kw’isi bose,’ ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.
10 hanyuma mukaza mugahagarara imbere yanje muri iyi nzu yitirirwa izina ryanje+, mukavuga muti: ‘Ntituzobura kurokorwa,’ kandi mukora ivyo bintu vyose biteye ishishi?
29 Kuko, ehe igisagara citirirwa izina ryanje ni co mpereyeko guteza ivyago+, none mwebwe mwogenda mudahanywe+?”’ “‘Ntimuzogenda mudahanywe, kuko mpamagariye inkota ababa kw’isi bose,’ ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.