Yesaya 64:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ducika nk’umuntu ahumanye, twese uko tungana, ibikorwa vyacu vy’ubugororotsi vyose na vyo bikaba bimeze nk’impuzu yo mu bihe vy’ubutinyanka+; tuzoyama nk’amababi+, twese, kandi amakosa yacu ni yo azodukukumura nk’umuyaga+. Yeremiya 14:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Naho amakosa yacu atwagiriza, ewe Yehova, nugire ico ukoze ku bw’izina ryawe+; kuko ubuhemu bwacu bwabaye bwinshi+; ni wewe twacumuyeko+.
6 Ducika nk’umuntu ahumanye, twese uko tungana, ibikorwa vyacu vy’ubugororotsi vyose na vyo bikaba bimeze nk’impuzu yo mu bihe vy’ubutinyanka+; tuzoyama nk’amababi+, twese, kandi amakosa yacu ni yo azodukukumura nk’umuyaga+.
7 Naho amakosa yacu atwagiriza, ewe Yehova, nugire ico ukoze ku bw’izina ryawe+; kuko ubuhemu bwacu bwabaye bwinshi+; ni wewe twacumuyeko+.