Nehemiya 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Hanyuma mbwira umwami nti: “Nimba umwami abona ko ari vyiza+, kandi nimba umusuku wawe abonetse ko ahimbaye imbere yawe+, wondungika muri Yuda, mu gisagara c’imva za ba sogokuruza banje, kugira nsubire kucubaka+.”
5 Hanyuma mbwira umwami nti: “Nimba umwami abona ko ari vyiza+, kandi nimba umusuku wawe abonetse ko ahimbaye imbere yawe+, wondungika muri Yuda, mu gisagara c’imva za ba sogokuruza banje, kugira nsubire kucubaka+.”