Matayo 24:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Kuko ihanga rizohagurukira irindi hanga+, n’ubwami bugahagurukira ubundi bwami+, kandi hazoba amapfa+ na vya nyamugigima+, biva hamwe bija ahandi. Luka 21:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 kuko iyo izoba ari imisi yo gushitsa ubutungane, kugira ngo ibintu vyose vyanditswe biranguke+. Luka 21:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 kandi bazoririkwa n’ubugi bw’inkota bongere batwarwe ari imbohe mu mahanga yose+; kandi Yeruzalemu hazohonyangwa n’amahanga, kugeza ibihe vyashinzwe+ vy’amahanga birangutse.
7 “Kuko ihanga rizohagurukira irindi hanga+, n’ubwami bugahagurukira ubundi bwami+, kandi hazoba amapfa+ na vya nyamugigima+, biva hamwe bija ahandi.
24 kandi bazoririkwa n’ubugi bw’inkota bongere batwarwe ari imbohe mu mahanga yose+; kandi Yeruzalemu hazohonyangwa n’amahanga, kugeza ibihe vyashinzwe+ vy’amahanga birangutse.