Ivyahishuwe 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Vyongeye, umutwe wiwe n’umushatsi wiwe vyarera+ nk’ubwoya bw’intama bwera, nk’urubura, amaso yiwe na yo akaba yari ameze nk’urubeya rw’umuriro+; Ivyahishuwe 2:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Andikira umumarayika w’ishengero ry’i Tiyatira+ na we uti: Ibi ni vyo Umwana+ w’Imana avuga, umwe afise amaso ameze nk’urubeya rw’umuriro+, ibirenge vyiwe na vyo bikaba bimeze nk’umujumpu uramuye+:
14 Vyongeye, umutwe wiwe n’umushatsi wiwe vyarera+ nk’ubwoya bw’intama bwera, nk’urubura, amaso yiwe na yo akaba yari ameze nk’urubeya rw’umuriro+;
18 “Andikira umumarayika w’ishengero ry’i Tiyatira+ na we uti: Ibi ni vyo Umwana+ w’Imana avuga, umwe afise amaso ameze nk’urubeya rw’umuriro+, ibirenge vyiwe na vyo bikaba bimeze nk’umujumpu uramuye+: