Ezekiyeli 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ibirenge vyavyo vyari bigororotse, kandi mu bworo bw’ibirenge havyo hari nk’ah’inyana+; kandi vyarakayangana nk’uguca ibibatsi kw’umujumpu usenye+. Ivyahishuwe 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 kandi amaguru yiwe yari ameze nk’umujumpu uramuye+ igihe wakaka mw’itanure; kandi ijwi+ ryiwe ryari rimeze nk’ugusuma kw’amazi menshi.
7 Ibirenge vyavyo vyari bigororotse, kandi mu bworo bw’ibirenge havyo hari nk’ah’inyana+; kandi vyarakayangana nk’uguca ibibatsi kw’umujumpu usenye+.
15 kandi amaguru yiwe yari ameze nk’umujumpu uramuye+ igihe wakaka mw’itanure; kandi ijwi+ ryiwe ryari rimeze nk’ugusuma kw’amazi menshi.