Yesaya 35:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nimubwire abari n’amaganya mu mutima+ muti: “Nimukomere+. Ntimutinye+. Raba! Imana yanyu izozanana ukwihora+, Imana izanane ugusubiriza mu nkoko+. Yo ubwayo izoza, ibakize+.” Ivyahishuwe 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Aho ndamuboneye, ngwa nk’uwapfuye imbere y’ibirenge vyiwe. Maze anshirako ukuboko kwiwe kw’ukuryo, avuga ati: “Ntutinye+. Ndi uwa Mbere+ n’uwa Nyuma+,
4 Nimubwire abari n’amaganya mu mutima+ muti: “Nimukomere+. Ntimutinye+. Raba! Imana yanyu izozanana ukwihora+, Imana izanane ugusubiriza mu nkoko+. Yo ubwayo izoza, ibakize+.”
17 Aho ndamuboneye, ngwa nk’uwapfuye imbere y’ibirenge vyiwe. Maze anshirako ukuboko kwiwe kw’ukuryo, avuga ati: “Ntutinye+. Ndi uwa Mbere+ n’uwa Nyuma+,